Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Yesaya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+. Yeremiya 32:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi bagumye bampa umugongo ntibampe mu maso+; naho nabigisha, nkazinduka nkabigisha, nta n’umwe muri bo yumviriza ngo yemere gutozwa indero+.
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.
33 Kandi bagumye bampa umugongo ntibampe mu maso+; naho nabigisha, nkazinduka nkabigisha, nta n’umwe muri bo yumviriza ngo yemere gutozwa indero+.