Guharura 32:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 None ehe mugiye mu kibanza ca ba so muri umugwi w’abagabo b’abacumuzi kugira murushirize kwongereza ishavu rirurumba Yehova+ afitiye Isirayeli. Abacamanza 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+.
14 None ehe mugiye mu kibanza ca ba so muri umugwi w’abagabo b’abacumuzi kugira murushirize kwongereza ishavu rirurumba Yehova+ afitiye Isirayeli.
19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+.