Yeremiya 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”
20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”