ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’

  • Yeremiya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika