ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ishavu rya Yehova ntirizosubira inyuma adashikije+ ivyiyumviro vy’umutima wiwe kandi atabiranguye+. Mu kiringo ca nyuma c’imisi muzobirimbura mwitonze mubitegere+.

  • Ezekiyeli 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Jewe Yehova ndavuze+. Ivyo bizoba ata kabuza+, kandi nzogira ico nkoze. Sinzobifata minenegwe+, eka sinzokwumva akagongwe+ canke ngo nicuze+. Bazogucira koko urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nk’uko kandi ivyo ukora biri,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

  • Hoseya 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Nzobacungura ndabakure mu kuboko kw’ukuzimu*+; nzobagarukana ndabakuye mu rupfu+. Rupfu we, za mboyi zawe ziri he+? Kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri he+? Amaso yanje ntazogira impuhwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika