1 Abami 8:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’;
47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’;