Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 37:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko Yehova akunda ubutungane+,Kandi ntazoheba intahemuka ziwe+. ע [ʼAyini]Vy’ukuri zizorindwa gushika igihe kitagira urugero+;Nayo uruvyaro rw’ababisha, ruzorandurwa koko+. Yesaya 58:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yamara ni je bagumye barondera uko bukeye uko bwije, bakerekana ko ukumenya inzira zanje ari kwo kubahimbara+, nk’ihanga ryashishikara ubugororotsi, ritari ryahevye ubutungane bw’Imana yabo+, kuko baguma bansaba imanza zigororotse, bakegera Imana bahimbarirwa, ngo+:
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
28 Kuko Yehova akunda ubutungane+,Kandi ntazoheba intahemuka ziwe+. ע [ʼAyini]Vy’ukuri zizorindwa gushika igihe kitagira urugero+;Nayo uruvyaro rw’ababisha, ruzorandurwa koko+.
2 Yamara ni je bagumye barondera uko bukeye uko bwije, bakerekana ko ukumenya inzira zanje ari kwo kubahimbara+, nk’ihanga ryashishikara ubugororotsi, ritari ryahevye ubutungane bw’Imana yabo+, kuko baguma bansaba imanza zigororotse, bakegera Imana bahimbarirwa, ngo+: