Yobu 37:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Mushoboravyose we, ntitwamumenye+;Ni agahebuza mu bubasha+,Kandi ubutungane+ be n’ubwinshi bw’ubugororotsi+ ntazobigaya+. Zaburi 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova agororotse+; arakunda ibikorwa bigororotse+;Abagororotsi ni bo bazokwitegereza mu maso hiwe+. Zaburi 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Akunda ubugororotsi n’ubutungane+.Isi yuzuye ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova+. Yeremiya 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Mugabo uwiyemera yiyemere kubera iki kintu: ko afise ugutahura kwimbitse+, ko anzi, yuko jewe ndi Yehova+, Umwe agira ubuntu bwuzuye urukundo, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+; kuko ivyo ari vyo koko bimpimbara+,” ni ko Yehova avuze.
23 Ariko Mushoboravyose we, ntitwamumenye+;Ni agahebuza mu bubasha+,Kandi ubutungane+ be n’ubwinshi bw’ubugororotsi+ ntazobigaya+.
7 Kuko Yehova agororotse+; arakunda ibikorwa bigororotse+;Abagororotsi ni bo bazokwitegereza mu maso hiwe+.
24 “Mugabo uwiyemera yiyemere kubera iki kintu: ko afise ugutahura kwimbitse+, ko anzi, yuko jewe ndi Yehova+, Umwe agira ubuntu bwuzuye urukundo, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+; kuko ivyo ari vyo koko bimpimbara+,” ni ko Yehova avuze.