Yobu 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Iyo abana biwe bagwiriye, bagwirira inkota+;Abamwamukako ubwabo ntibazogira ibifungurwa bihagije. Zaburi 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ivyamwa vyabo uzobirandura bive kw’isi+,N’uruvyaro rwabo ruve mu bana b’abantu+. Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo ababisha, bazokurwaho bave kw’isi+; nayo abahemu, bazorandurwa kuri yo+.