ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko bava kuri iyo mva ningoga na ningoga, bafise ubwoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kuvyiganira abigishwa biwe+.

  • Luka 24:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Mugabo bakibandanya kutavyemera+ kubera akanyamuneza gusa bakaba kandi bari batangaye, ababwira ati: “Hari ikintu mufise ng’aho co kurya+?”

  • Yohani 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Amaze kuvuga ivyo, abereka ibiganza vyiwe n’urubavu rwiwe+. Maze abigishwa baranezerwa+ babonye Umukama.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika