Zaburi 126:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ico gihe akanwa kacu karuzuye agatwengo+,Ururimi rwacu na rwo akamo k’umunezero+.Ico gihe batanguye kuvuga mu mahanga+ bati:“Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo abakoreye+.”
2 Ico gihe akanwa kacu karuzuye agatwengo+,Ururimi rwacu na rwo akamo k’umunezero+.Ico gihe batanguye kuvuga mu mahanga+ bati:“Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo abakoreye+.”