ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko batangura kwitabira mu gushemeza+ Yehova no mu kumukengurukira, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe agirira Isirayeli ari ubwo gushika igihe kitagira urugero*+.” Abantu bose na bo bavuza akaruru n’ijwi rirenga+ bashemeza Yehova kubera hashinzwe umushinge w’inzu ya Yehova.

  • Zaburi 106:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Dukize, ewe Yehova Mana yacu+,

      Utwegeranye udukuye mu mahanga+

      Ngo dukengurukire izina ryawe ryeranda+,

      Ngo tuvugane ukwigina tugushemeza+.

  • Yeremiya 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ijwi ry’abavuga bati: “Nimuhaye Yehova nyen’ingabo, kuko Yehova ari mwiza+; kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+!”’

      “‘Bazozana mu nzu ya Yehova ishikanwa ry’ugukenguruka+, kuko nzogarukana abagizwe imbohe b’iki gihugu nko mu ntango+,’ ni ko Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika