ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+,

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.

  • 2 Ngoma 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bene Isirayeli bose bariko baritegereza igihe umuriro wamanuka n’ubuninahazwa bwa Yehova bukaba kuri iyo nzu; baca barunama+ mu maso habo hashika hasi kw’isaso, bakubita inkoro hasi+ maze bakengurukira Yehova, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.”

  • Zaburi 73:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 73 Imana ni nziza koko kuri Isirayeli, ku bari n’umutima utanduye+.

  • Zaburi 135:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Shemeze Ya, kuko Yehova ari mwiza+.

      Nimuhibongoreze izina ryiwe, kuko bihimbaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika