Rusi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nawomi aca abwira umukazana wiwe ati: “Ahezagirwe na Yehova+, we ataretse kugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ abazima n’abapfuye+.” Nawomi abandanya kumubwira ati: “Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bacunguzi+ bacu.” Yeremiya 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova yarambonekeye ari kure, avuga ati: “Nagukunze urukundo rwo gushika igihe kitagira urugero+. Ni co catumye ndagukwegesha ubuntu bwuzuye urukundo+. Gucura intimba 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo+ vya Yehova ni vyo vyatumye tudaherengetera+, kuko imbabazi ziwe zitazogenda ziheze+.
20 Nawomi aca abwira umukazana wiwe ati: “Ahezagirwe na Yehova+, we ataretse kugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ abazima n’abapfuye+.” Nawomi abandanya kumubwira ati: “Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bacunguzi+ bacu.”
3 Yehova yarambonekeye ari kure, avuga ati: “Nagukunze urukundo rwo gushika igihe kitagira urugero+. Ni co catumye ndagukwegesha ubuntu bwuzuye urukundo+.
22 Ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo+ vya Yehova ni vyo vyatumye tudaherengetera+, kuko imbabazi ziwe zitazogenda ziheze+.