Guharura 23:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko ata mutongero mubi uhari wo kugirira nabi Yakobo+,Canke ukuragura na kumwe kwo kugirira nabi Isirayeli+.Ubu vyovugwa ku bijanye na Yakobo na Isirayeli ngo:‘Ico Imana yakoze+!’ Yosuwa 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abwira abo bagabo ati: “Emwe, ndazi yuko Yehova atazobura kubaha iki gihugu+, be n’uko twacitse ivutu kubera mwebwe+, kandi ko ababa mu gihugu bose badendebutse kubera mwebwe+. Nehemiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abansi bacu+ bose bakimara kuvyumva n’amahanga yose yari irya n’ino yacu akabibona, baca barajonjogora mu maso yabo, maze bamenya ko ico gikorwa cari cakozwe bivuye ku Mana yacu+.
23 Kuko ata mutongero mubi uhari wo kugirira nabi Yakobo+,Canke ukuragura na kumwe kwo kugirira nabi Isirayeli+.Ubu vyovugwa ku bijanye na Yakobo na Isirayeli ngo:‘Ico Imana yakoze+!’
9 Abwira abo bagabo ati: “Emwe, ndazi yuko Yehova atazobura kubaha iki gihugu+, be n’uko twacitse ivutu kubera mwebwe+, kandi ko ababa mu gihugu bose badendebutse kubera mwebwe+.
16 Abansi bacu+ bose bakimara kuvyumva n’amahanga yose yari irya n’ino yacu akabibona, baca barajonjogora mu maso yabo, maze bamenya ko ico gikorwa cari cakozwe bivuye ku Mana yacu+.