Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. 2 Samweli 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Isandugu ya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi asimbasimba yongera atamba yizunguriza imbere ya Yehova; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima+.
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.
16 Isandugu ya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi asimbasimba yongera atamba yizunguriza imbere ya Yehova; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima+.