1 Ngoma 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Isandugu y’isezerano+ rya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli, araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi yikina amatavu yongera ahimbaza+ ico kintu; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima.
29 Isandugu y’isezerano+ rya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli, araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi yikina amatavu yongera ahimbaza+ ico kintu; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima.