1 Samweli 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abafilisitiya baguma basatira Sauli n’abahungu biwe; amaherezo Abafilisitiya bica Yonatani+ na Abinadabu+ na Maliki-shuwa+, abahungu ba Sauli. 1 Ngoma 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+.
2 Abafilisitiya baguma basatira Sauli n’abahungu biwe; amaherezo Abafilisitiya bica Yonatani+ na Abinadabu+ na Maliki-shuwa+, abahungu ba Sauli.
33 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+.