2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+, 2 Samweli 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Dawidi aca ategeka imisore, na yo irabica+ maze ibaca ibikonjo n’ibirenge iraheza ibimanika+ iruhande y’ikidengeri c’i Heburoni; umutwe wa Ishi-bosheti na wo barawutora, bawuhamba mu kibanza co guhambamwo ca Abuneri i Heburoni+.
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
12 Dawidi aca ategeka imisore, na yo irabica+ maze ibaca ibikonjo n’ibirenge iraheza ibimanika+ iruhande y’ikidengeri c’i Heburoni; umutwe wa Ishi-bosheti na wo barawutora, bawuhamba mu kibanza co guhambamwo ca Abuneri i Heburoni+.