Itanguriro 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+. Yosuwa 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu. 2 Samweli 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose.
2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+.
30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu.
24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose.