Itanguriro 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+. Yosuwa 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 no kuva i Heshiboni+ gushika i Ramati-mizipe na Betonimu no kuva i Mahanayimu+ gushika ku mupaka wa Debiri+; 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+.
26 no kuva i Heshiboni+ gushika i Ramati-mizipe na Betonimu no kuva i Mahanayimu+ gushika ku mupaka wa Debiri+;
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,