ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi Sauli yari afise incoreke yitwa Rizipa+, umukobwa wa Aya+. Mu nyuma Ishi-bosheti+ abwira Abuneri ati: “Kubera iki waryamanye n’incoreke+ ya dawe?”

  • 2 Samweli 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko bene Rimoni Umunyabeyeroti, Rekabu na Bayana, baragenda, bashika ku nzu ya Ishi-bosheti+ nko mu kiringo c’umusi haba hashushe cane, mu gihe yari asinziriye agatiro ko ku mutaga.

  • 2 Samweli 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Dawidi aca ategeka imisore, na yo irabica+ maze ibaca ibikonjo n’ibirenge iraheza ibimanika+ iruhande y’ikidengeri c’i Heburoni; umutwe wa Ishi-bosheti na wo barawutora, bawuhamba mu kibanza co guhambamwo ca Abuneri i Heburoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika