1 Samweli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi hari umugabo wo muri Benyamini, akaba yitwa Kishi+, mwene Abiyeli, Abiyeli wa Zerori, Zerori wa Bekorati, Bekorati wa Afiya, Umubenyamini+, umugabo akomeye w’umutunzi+. Ivyakozwe 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.
9 Kandi hari umugabo wo muri Benyamini, akaba yitwa Kishi+, mwene Abiyeli, Abiyeli wa Zerori, Zerori wa Bekorati, Bekorati wa Afiya, Umubenyamini+, umugabo akomeye w’umutunzi+.
21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.