ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.

  • 2 Samweli 19:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka mirongo umunani+; kandi ni we yari yararonkeje umwami ibifungurwa igihe yaba i Mahanayimu+, kuko yari umugabo ahambaye cane+.

  • Yobu 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibitungwa+ vyiwe vyari intama ibihumbi indwi, n’ingamiya ibihumbi bitatu, n’inka igihumbi zifatanijwe ari zibirizibiri, n’indogobwa z’ingore amajana atanu, hamwe n’umugwi munini cane w’abasuku; uyo mugabo aba uwuhambaye kuruta Abanyabuseruko bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika