ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Kishi+ yari se wa Sauli, Neri+ se wa Abuneri na we akaba yari mwene Abiyeli.

  • 1 Ngoma 8:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+.

  • 1 Ngoma 9:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+.

  • Ivyakozwe 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika