ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Mugabo abantu babwira Sauli bati: “Mbega Yonatani arapfa, ari we yashikije ubu bukiriro bukomeye+ muri Isirayeli? Ni ibitokwiyumvirwa+! Turahiye ukubaho kwa Yehova+, hakagira n’agashatsi na kamwe+ ko ku mutwe wiwe gakorokera hasi; kuko yakoranye n’Imana uyu musi+.” Gutyo abantu bacungura+ Yonatani, ntiyapfa.

  • 1 Samweli 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+.

  • 2 Samweli 1:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Sauli na Yonatani+ bari abantu bo gukundwa bakaba n’abahimbaye mu buzima bwabo,

      Kandi mu rupfu rwabo ntibatandukanijwe+.

      Banyaruka kurusha inkona+,

      Bari bakomeye kurusha intambwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika