1 Samweli 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko barahaguruka, baja i Zifu+ bitangiye imbere Sauli, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu gahinga ka Mawoni+ muri Araba+, mu bumanuko bwa Yeshimoni. 1 Samweli 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mu nyuma abagabo ba Zifu+ baza kuri Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyinyegeje ku murambi wa Hakila+, urabana na Yeshimoni+?”
24 Nuko barahaguruka, baja i Zifu+ bitangiye imbere Sauli, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu gahinga ka Mawoni+ muri Araba+, mu bumanuko bwa Yeshimoni.
26 Mu nyuma abagabo ba Zifu+ baza kuri Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyinyegeje ku murambi wa Hakila+, urabana na Yeshimoni+?”