1 Samweli 26:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Abishayi abwira Dawidi ati: “Uyu musi Imana itanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+. Ubu rero, ndakwinginze undeke ndamutobekeranye n’isi rimwe gusa, nkoresheje icumu; sindamutobekeranya kabiri.” 1 Samweli 26:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova ni we azokwishura umwe wese ubugororotsi+ bwiwe bwite n’ubwizigirwa bwiwe bwite, kuko Yehova uno musi yagutanze mu kuboko kwanje, nanje sinashaka gutuma ukuboko kwanje ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+.
8 Maze Abishayi abwira Dawidi ati: “Uyu musi Imana itanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+. Ubu rero, ndakwinginze undeke ndamutobekeranye n’isi rimwe gusa, nkoresheje icumu; sindamutobekeranya kabiri.”
23 Yehova ni we azokwishura umwe wese ubugororotsi+ bwiwe bwite n’ubwizigirwa bwiwe bwite, kuko Yehova uno musi yagutanze mu kuboko kwanje, nanje sinashaka gutuma ukuboko kwanje ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+.