1 Timoteyo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani. Tito 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,
7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.
7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,