ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo.

  • Ivyakozwe 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Maze Ananiya, umugabo yatinya Imana nk’uko Itegeko ryari, akaba yavugwa neza+ n’Abayuda bose bahaba,

  • 2 Abakorinto 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko “tugira indinganizo zigororotse, atari gusa mu maso ya Yehova, mugabo no mu maso y’abantu+.”

  • 1 Abatesalonika 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kugira ngo mugende mu buryo bubereye+ ku bantu bo hanze+, ata co mukena+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika