Abaroma 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntihagire n’umwe mwishura ikibi ku kindi+. Mukore ivyiza mu maso y’abantu bose. 2 Abakorinto 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko “tugira indinganizo zigororotse, atari gusa mu maso ya Yehova, mugabo no mu maso y’abantu+.”