Matayo 5:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ariko jewe ndababwiye nti: Mubandanye gukunda abansi banyu+ no gusabira ababahama+; Abaroma 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntihagire n’umwe mwishura ikibi ku kindi+. Mukore ivyiza mu maso y’abantu bose.