1 Samweli 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+. 2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Zaburi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.
25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.