Itanguriro 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze Yehova+ arigira arangije kuvugana na Aburahamu, Aburahamu na we asubira iwe. Guharura 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Inyuma y’ivyo Balamu arahaguruka aragenda, asubira iwe+. Balaki na we nyene arigira. 1 Samweli 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi arahira Sauli, hanyuma Sauli aja i muhira iwe+. Nayo Dawidi n’abantu biwe, baraduga baja mu kibanza kigoye gushikamwo+. 1 Samweli 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu nyuma Sauli amenyeshwa yuko Dawidi yari yahungiye i Gati; ntiyongera rero kuja kumurondera+. 2 Samweli 19:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Abantu bose batangura rero kujabuka Yorodani, n’umwami ubwiwe arajabuka; mugabo umwami asoma+ Baruzilayi yongera aramuhezagira+, hanyuma uno asubira ahantu hiwe.
22 Nuko Dawidi arahira Sauli, hanyuma Sauli aja i muhira iwe+. Nayo Dawidi n’abantu biwe, baraduga baja mu kibanza kigoye gushikamwo+.
39 Abantu bose batangura rero kujabuka Yorodani, n’umwami ubwiwe arajabuka; mugabo umwami asoma+ Baruzilayi yongera aramuhezagira+, hanyuma uno asubira ahantu hiwe.