Itanguriro 31:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Ariko Labani avyuka kare mu gitondo, asoma+ abana biwe n’abakobwa biwe yongera arabahezagira+. Maze Labani afata inzira kugira asubire ahantu hiwe+. Rusi 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Baca bashira amajwi hejuru bongera kurira, maze Orupa asoma inabukwe. Mugabo Rusi we, amata kuri we+. 1 Samweli 20:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nya musuku aragenda. Nayo Dawidi, ahaguruka avuye hafi y’aho, mu bumanuko. Maze yubarara hasi+, yunama incuro zitatu; nuko batangura gusomana+ no kuririranira, gushika Dawidi arize kumurusha+. 1 Abami 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Aca asiga nya mashūri, yiruka inyuma ya Eliya maze avuga ati: “Ndakwinginze ureke nsome dawe na mawe+. Ndaheza ngukurikire.” Aca amubwira ati: “Genda, subira inyuma; nakare nkugize iki?” Ivyakozwe 20:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Emwe, bose baraturikisha bararira, bagwa Paulo mw’izosi+ baramusoma n’ikibabarwe+,
55 Ariko Labani avyuka kare mu gitondo, asoma+ abana biwe n’abakobwa biwe yongera arabahezagira+. Maze Labani afata inzira kugira asubire ahantu hiwe+.
14 Baca bashira amajwi hejuru bongera kurira, maze Orupa asoma inabukwe. Mugabo Rusi we, amata kuri we+.
41 Nya musuku aragenda. Nayo Dawidi, ahaguruka avuye hafi y’aho, mu bumanuko. Maze yubarara hasi+, yunama incuro zitatu; nuko batangura gusomana+ no kuririranira, gushika Dawidi arize kumurusha+.
20 Aca asiga nya mashūri, yiruka inyuma ya Eliya maze avuga ati: “Ndakwinginze ureke nsome dawe na mawe+. Ndaheza ngukurikire.” Aca amubwira ati: “Genda, subira inyuma; nakare nkugize iki?”