1 Samweli 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+. 1 Samweli 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+.
14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.
25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+.