1 Samweli 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi abo bagabo baratubereye abantu beza cane; ntibadusindiye, kandi nta kintu na kimwe twabuze imisi yose twagendagendanye na bo, igihe twari mu gahinga+. Luka 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abari mu gikorwa ca gisirikare na bo nyene baramubaza bati: “Tweho dukore iki?” Na we akababwira ati: “Ntihagire uwo mutoteza canke ngo hagire uwo mwagiriza+ ibinyoma, mugabo mubumbwe n’ivyo muhabwa+.”
15 Kandi abo bagabo baratubereye abantu beza cane; ntibadusindiye, kandi nta kintu na kimwe twabuze imisi yose twagendagendanye na bo, igihe twari mu gahinga+.
14 Abari mu gikorwa ca gisirikare na bo nyene baramubaza bati: “Tweho dukore iki?” Na we akababwira ati: “Ntihagire uwo mutoteza canke ngo hagire uwo mwagiriza+ ibinyoma, mugabo mubumbwe n’ivyo muhabwa+.”