Gusubira mu vyagezwe 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 maze ukavuga koko mu mutima wawe ngo: ‘Ububasha bwanje n’ubushobozi bwose bw’ukuboko kwanje bwite ni vyo vyandonkeje ubu butunzi+.’ Abacamanza 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo abaganwa ba Sukoti bavuga bati: “Mbega ibiganza vya Zeba na Zalumuna vyamaze kuja mu kuboko kwawe muko ingabo zawe zihabwa umukate+?” 2 Abakorinto 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)
17 maze ukavuga koko mu mutima wawe ngo: ‘Ububasha bwanje n’ubushobozi bwose bw’ukuboko kwanje bwite ni vyo vyandonkeje ubu butunzi+.’
6 Mugabo abaganwa ba Sukoti bavuga bati: “Mbega ibiganza vya Zeba na Zalumuna vyamaze kuja mu kuboko kwawe muko ingabo zawe zihabwa umukate+?”
10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)