Imigani 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igipfu ni co kimenyekanisha umwikomo waco kuri nya musi nyene+, mugabo umunyabwenge arapfuka agateterwe+. Imigani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwunyaruka gushavura azokora ivy’ubupfu+, mugabo umuntu w’ubushobozi bwo kwiyumvira arankwa+. Imigani 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntukishure ikijuju nk’uko ubupfu bwaco buri, kugira nawe ubwawe ntube nka co+. Abaroma 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntureke ngo utsindwe n’ikibi, ahubwo ugume utsinda ikibi ukoresheje iciza+.
16 Igipfu ni co kimenyekanisha umwikomo waco kuri nya musi nyene+, mugabo umunyabwenge arapfuka agateterwe+.