Itanguriro 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+. Matayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ntutujane mu kigeragezo+, mugabo uturokore mu kudukiza wa mubisha+.’
6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+.