ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.

      Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,

      Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+

      Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’

  • 1 Samweli 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova nabe umucamanza, aducire urubanza twe nawe; azobiraba yifatire urubanza rwanje mu minwe+ maze ancire urubanza kugira ankize ukuboko kwawe.”

  • Zaburi 94:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,

      Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+!

  • Abaroma 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika