1 Samweli 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ariko ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana ya Isirayeli, we yambujije kukugirira nabi+, iyo utihutira kuza kunsanganira+, emwe, bwari guca kuri Nabali hadasigaye umuntu n’umwe w’igitsina-gabo+.”
34 Ariko ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana ya Isirayeli, we yambujije kukugirira nabi+, iyo utihutira kuza kunsanganira+, emwe, bwari guca kuri Nabali hadasigaye umuntu n’umwe w’igitsina-gabo+.”