1 Samweli 25:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hanyuma agwa ku birenge vyiwe+ maze avuga ati: “Ikosa niribe kuri jewe mukama wanje+; ndakwinginze umushumbakazi wawe avugire mu matwi yawe+, maze wumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe.
24 Hanyuma agwa ku birenge vyiwe+ maze avuga ati: “Ikosa niribe kuri jewe mukama wanje+; ndakwinginze umushumbakazi wawe avugire mu matwi yawe+, maze wumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe.