Abacamanza 9:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ikibi cose c’abagabo b’i Shekemu na co, Imana ikigarukana ku mitwe yabo, kugira ngo wa muvumo+ wa Yotamu+ mwene Yerubayali+ ubazeko+. 1 Abami 2:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Umwami abandanya kubwira Shimeyi ati: “Wewe ubwawe urazi ata gukeka ikibi cose umutima wawe uzi neza, ico wakoreye Dawidi dawe+; Yehova na we agiye gusubiza koko ku mutwe wawe ikibi wakoze+. Zaburi 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyago vyiwe bizomusubira ku mutwe+,Kandi ubukazi bwiwe buzomanuka ku rutwariro rwiwe+.
57 Ikibi cose c’abagabo b’i Shekemu na co, Imana ikigarukana ku mitwe yabo, kugira ngo wa muvumo+ wa Yotamu+ mwene Yerubayali+ ubazeko+.
44 Umwami abandanya kubwira Shimeyi ati: “Wewe ubwawe urazi ata gukeka ikibi cose umutima wawe uzi neza, ico wakoreye Dawidi dawe+; Yehova na we agiye gusubiza koko ku mutwe wawe ikibi wakoze+.