1 Samweli 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+. 1 Samweli 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Akishi yarizigira+ rero Dawidi, akibwira ati: “Yacitse vy’ukuri umunuko mu gisata ciwe Isirayeli+; azobwirizwa gucika umusuku wanje gushika igihe kitagira urugero.”
10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+.
12 Akishi yarizigira+ rero Dawidi, akibwira ati: “Yacitse vy’ukuri umunuko mu gisata ciwe Isirayeli+; azobwirizwa gucika umusuku wanje gushika igihe kitagira urugero.”