Itanguriro 34:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.” 1 Samweli 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.
30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.”
4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.