ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo nimwakora ibibi n’akagagazo n’akantu, muzozimanganywa+, mwebwe n’umwami wanyu+.”

  • 1 Samweli 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Muri iyo misi, Abafilisitiya batangura gukorakoranya amakambi yabo kugira ngo ingabo zirwanye Isirayeli+. Nuko Akishi abwira Dawidi ati: “Urazi neza yuko uzosohokana nanje kugira tuje mw’ikambi, wewe n’abantu bawe+.”

  • 1 Samweli 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kandi Abafilisitiya bariko bararwana na Isirayeli+; nuko abagabo ba Isirayeli barahunga bava imbere y’Abafilisitiya, maze baguma bagwa bagandaguwe+ ku musozi Gilibowa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika