1 Samweli 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+. 1 Samweli 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Dawidi arahaguruka rero maze we n’abagabo amajana atandatu+ bari kumwe na we baja kwa Akishi+ mwene Mawoki, umwami wa Gati.
10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+.
2 Dawidi arahaguruka rero maze we n’abagabo amajana atandatu+ bari kumwe na we baja kwa Akishi+ mwene Mawoki, umwami wa Gati.