Guharura 27:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.” Zaburi 121:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azorinda amaja n’amaza yawe+Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.
17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.”