1 Samweli 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko umugabo n’umugore, Dawidi nta n’umwe yazigamira ubuzima ngo amuzane i Gati, akavuga ati: “Kugira ngo ntibahave baturega ngo: ‘Uku ni ko Dawidi yakoze+.’” (Ukwo ni ko yakora imisi yose yabaye mu gihugu hagati mu karere k’Abafilisitiya.)
11 Ariko umugabo n’umugore, Dawidi nta n’umwe yazigamira ubuzima ngo amuzane i Gati, akavuga ati: “Kugira ngo ntibahave baturega ngo: ‘Uku ni ko Dawidi yakoze+.’” (Ukwo ni ko yakora imisi yose yabaye mu gihugu hagati mu karere k’Abafilisitiya.)